Yesaya 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko yasenyuriye hasi ababa ahakirurutse+, igisagara kidugijwe hejuru+. Agishira hasi, agishira hasi gushika kw’isi; agikoza ku mukungugu+. Yeremiya 51:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nimuhunge muve hagati muri Babiloni+, umwe wese anyage amagara yiwe+. Ntimugirwe abadafise ubuzima kubera ikosa ryiwe+. Kuko ari igihe c’ukwihōra ca Yehova+. Ariko amusubiriza mu nkoko+. Zakariya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Yemwe! Yemwe! Nimuhunge muve mu gihugu co mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko nabashwiragirije mu miyaga ine y’amajuru+,” ni ko Yehova avuze. Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.
5 “Kuko yasenyuriye hasi ababa ahakirurutse+, igisagara kidugijwe hejuru+. Agishira hasi, agishira hasi gushika kw’isi; agikoza ku mukungugu+.
6 “Nimuhunge muve hagati muri Babiloni+, umwe wese anyage amagara yiwe+. Ntimugirwe abadafise ubuzima kubera ikosa ryiwe+. Kuko ari igihe c’ukwihōra ca Yehova+. Ariko amusubiriza mu nkoko+.
6 “Yemwe! Yemwe! Nimuhunge muve mu gihugu co mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko nabashwiragirije mu miyaga ine y’amajuru+,” ni ko Yehova avuze.
4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.