Yesaya 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Mowabu+: Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Ari+ h’i Mowabu hanumijwe. Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Kiri+ h’i Mowabu hanumijwe. Yesaya 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+.
15 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Mowabu+: Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Ari+ h’i Mowabu hanumijwe. Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Kiri+ h’i Mowabu hanumijwe.
10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+.