Yesaya 51:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Uwunamye mu minyororo ntazobura kubohorwa ningoga+, kugira ngo ntaje mu cobo mu rupfu+, no kugira ngo umukate wiwe ntubure+. Luka 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+,
14 “Uwunamye mu minyororo ntazobura kubohorwa ningoga+, kugira ngo ntaje mu cobo mu rupfu+, no kugira ngo umukate wiwe ntubure+.
18 “Impwemu ya Yehova+ iri kuri jewe, kuko yandobanuje amavuta* kugira ngo menyeshe inkuru nziza aboro, yantumye kwamamaza ukubohorwa ku mbohe n’uguhumuka ku mpumyi, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+,