ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.

  • Yesaya 48:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Sohoke muve muri Babiloni+! Hunge Abakaludaya+! Nimubimenyeshe n’ijwi ry’akamo k’umunezero, muvyumvikanishe+. Nimutume bishika ku mpera y’isi+. Nimuvuge muti: “Yehova yacunguye umusavyi wiwe Yakobo+.

  • Yesaya 52:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ikunkumure umukungugu+, haguruka, fata icicaro, ewe Yeruzalemu! Itekurure imizana igufashe mw’izosi, ewe mukobwa wa Siyoni wagizwe imbohe+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika