Yeremiya 50:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Hunge muve hagati muri Babiloni, musohoke muve mu gihugu c’Abakaludaya+, mube nk’ibitungwa birongôra ibindi imbere y’umukuku+. Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.
8 “Hunge muve hagati muri Babiloni, musohoke muve mu gihugu c’Abakaludaya+, mube nk’ibitungwa birongôra ibindi imbere y’umukuku+.
4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.