ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 48:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Sohoke muve muri Babiloni+! Hunge Abakaludaya+! Nimubimenyeshe n’ijwi ry’akamo k’umunezero, muvyumvikanishe+. Nimutume bishika ku mpera y’isi+. Nimuvuge muti: “Yehova yacunguye umusavyi wiwe Yakobo+.

  • Yeremiya 51:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Nimuhunge muve hagati muri Babiloni+, umwe wese anyage amagara yiwe+. Ntimugirwe abadafise ubuzima kubera ikosa ryiwe+. Kuko ari igihe c’ukwihōra ca Yehova+. Ariko amusubiriza mu nkoko+.

  • Yeremiya 51:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 “Sohoke muve hagati muri we, yemwe bantu banje+, mukize umwe wese ubuzima bwiwe+ ishavu rirurumba rya Yehova+.

  • Zakariya 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Yewe Siyoni+! Hunga, wewe ubana n’umukobwa wa Babiloni+.

  • 2 Abakorinto 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “‘Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi mureke gukora ku gihumanye+’”; “‘nanje nzobakira+.’”

  • Ivyahishuwe 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika