Yeremiya 31:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimwumve ijambo rya Yehova, mwa mahanga, mubimenyeshe mu mazinga ya kure+ muti: “Uwasanzaje Isirayeli ni we azomukoraniriza hamwe+, kandi azomuzigama nk’uko umwungere azigama ubusho bwiwe+.
10 Nimwumve ijambo rya Yehova, mwa mahanga, mubimenyeshe mu mazinga ya kure+ muti: “Uwasanzaje Isirayeli ni we azomukoraniriza hamwe+, kandi azomuzigama nk’uko umwungere azigama ubusho bwiwe+.