Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+. Ezekiyeli 34:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nka kurya uwugaburira ubusho bwiwe abwitaho+ umusi aba ari hagati mu ntama ziwe zasabagijwe+, ni ko nzokwitaho intama zanje; nzozirokora ndazikure mu bibanza vyose zasanzarijwemwo ku musi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+. 1 Petero 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
12 Nka kurya uwugaburira ubusho bwiwe abwitaho+ umusi aba ari hagati mu ntama ziwe zasabagijwe+, ni ko nzokwitaho intama zanje; nzozirokora ndazikure mu bibanza vyose zasanzarijwemwo ku musi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+.
25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.