ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuko umusi uri hafi, emwe, umusi wa Yehova uri hafi+. Uzoba ari umusi w’ibicu+, igihe cashinzwe c’amahanga+.

  • Yoweli 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ni umusi w’umwiza n’umuzimagiza+, umusi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya, nk’umuco w’umutwenzi utambitse ku misozi+.

      “Hari igisata kigwiriye kandi gikomeye+; nta kimeze nka co cigeze kubaho kuva mu bihe vya kera bitagira urugero*+, kandi mu nyuma zaco nta kizokwongera kubaho gushika mu myaka izoza uko iyaruka rikurikira irindi.

  • Zefaniya 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uwo musi ni umusi w’uburake, umusi w’amarushwa n’umubabaro mwinshi+, umusi w’ikirura n’imisaka, umusi w’umwiza n’umuzimagiza+, umusi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika