ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 110:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Azoshitsa imanza hagati mu mahanga+;

      Azokwuzuza hose imivyimba+.

      Azomenagura umukuru agaba igihugu c’abantu benshi+.

  • Yesaya 24:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwitaho ivy’ingabo zo hejuru iyo hejuru, n’ivy’abami b’ubutaka ku butaka+.

  • Zakariya 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Emwe, Yehova azosohoka arwanye ayo mahanga+ nko ku musi arwana, ku musi w’intambara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika