ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 (Kera muri Isirayeli uku ni ko umuntu yavuga agiye kurondera Imana: “Nimuze tuje kwa rubonyi+.” Kuko umuhanuzi wo muri iki gihe kera yitwa rubonyi.)

  • Yeremiya 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yehova yongera kumbwira ati: “Ubuhanuzi bw’ibinyoma ni bwo abo bahanuzi bavuga mw’izina ryanje+. Sinabatumye, eka kandi nta co nabategetse canke ngo ndababwire+. Bababwira mu buryo bw’ubuhanuzi ukwerekwa kw’ikinyoma, ukuragura, ikintu ata co kimaze+, n’amayeri yo mu mutima wabo+.

  • Yeremiya 27:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Kuko ntabatumye,’ ni ko Yehova avuze, ‘mugabo bavuga ubuhanuzi mw’izina ryanje mu binyoma, kugira mwebwe ndabashwiragize+, kandi muzoyogera ata kabuza+, mwe n’abahanuzi bababwira ubuhanuzi+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika