ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 18:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko bavuga bati: “Nimuze twiyumvire ivyiyumviro vyo kugirira nabi Yeremiya+, kuko itegeko ritazova ku muherezi+ canke ngo impanuro ive ku muntu w’inkerebutsi canke ngo ijambo rive ku muhanuzi+. Nimuze tumukubitishe ururimi+, kandi ntihagire na rimwe mu majambo yiwe twumviriza.”

  • Mika 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.

  • Luka 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ico gihe abanditsi n’Abafarizayo bari bamureretse+ bitonze ngo barabe ko akiza kw’isabato, kugira ngo baronke ingene bomwagiriza+.

  • Luka 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika