Matayo 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Abafarizayo baragenda, baja inama kugira bamutegere mu majambo avuga+. Luka 11:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 bamureretse+, ngo bagire ico bacakira+ kivuye mu kanwa kiwe.