Mariko 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubukurikira batuma kuri we bamwe mu Bafarizayo no mu banywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamufatire mu majambo avuga+. Luka 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.
13 Ubukurikira batuma kuri we bamwe mu Bafarizayo no mu banywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamufatire mu majambo avuga+.
20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.