ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 13:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mbega mumpumanye ku bantu banje kubera amashi ya sayiri no kubera ibimanyu vy’umukate+, kugira ngo mwice abatari bakwiye gupfa+ no kugira ngo muzigamire ubuzima abatari bakwiye kubaho, mu kubwira ikinyoma abantu banje, abumviriza ikinyoma+?”’

  • Malaki 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kandi nzobegera ku bwo guca urubanza+, mbe icabona cihuta+ mu kwagiriza abapfumu+, n’abarenga ibigo+, n’abarahira ibinyoma+, n’abakorana ubugunge ku bijanye n’ingero y’umucangero+, ku bijanye n’umupfakazi+ no ku bijanye n’impfuvyi*+, be n’abigizayo kavamahanga+, kandi bakaba batantīnye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika