Yesaya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+. Yesaya 63:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+. Yesaya 65:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nirirwa nsanziye amaboko igisata c’abantu b’akagagazo+, abagendera mu nzira itari nziza+, bagakurikira ivyiyumviro vyabo+; Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.
10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+.
2 “Nirirwa nsanziye amaboko igisata c’abantu b’akagagazo+, abagendera mu nzira itari nziza+, bagakurikira ivyiyumviro vyabo+;
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.