ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 87:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kandi ku vyerekeye Siyoni, bizovugwa ngo:

      “Umwe wese yarahavukiye+.”

      Kandi Musumbavyose+ ubwiwe azohashimangira+.

  • Yesaya 62:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 62 Ku bwa Siyoni sinzoguma ninumiye+, kandi ku bwa Yeruzalemu+ sinzoguma ntekereje, gushika ubugororotsi bwiwe buserutse nk’ukwakaka+, ubukiriro bwiwe na bwo nk’ikimuri caka+.

  • Yeremiya 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko hari umusi aho abareretsi mu karere k’imisozi ka Efurayimu bazosemerera koko bati: ‘Haguruke tuduge i Siyoni, kuri Yehova Imana yacu+.’”

  • Zakariya 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Subira usemerere uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ibisagara vyanje bizokwongera gusesekara ivyiza+; kandi Yehova azokwongera koko kwicuza ku bijanye na Siyoni+, yongere vy’ukuri gutoranya Yeruzalemu+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika