Zaburi 102:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,Kuko igihe cashinzwe gishitse+. Yesaya 43:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?”
13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,Kuko igihe cashinzwe gishitse+.
13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?”