Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Zaburi 64:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi abantu bakuwe mw’ivu bose bazotinya+;Bazoyaga igikorwa c’Imana+,Kandi ntibazobura gutahura igikorwa cayo bimwe vyimbitse+. Yesaya 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.” Daniyeli 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
9 Kandi abantu bakuwe mw’ivu bose bazotinya+;Bazoyaga igikorwa c’Imana+,Kandi ntibazobura gutahura igikorwa cayo bimwe vyimbitse+.
4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”
35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’