Yobu 34:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Avunagura abanyabubasha+ ata tohoza,Agahagurutsa abandi mu kibanza cabo+. Yesaya 43:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?” 1 Abakorinto 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Canke “turiko dutera Yehova ishari+”? Mbega turamurusha inkomezi+?
13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?”