Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Yeremiya 29:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muzompamagara koko, muze, maze munsenge, nanje nzobumviriza+.’