ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 36:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Raba! Imana ikora mu buryo buhanitse ikoresheje ububasha bwayo;

      Ni nde mwigisha ameze nka yo?

  • Zaburi 32:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 “Nzotuma ugira ugutahura kwimbitse nongere nkwigishe inzira ukwiye gucamwo+.

      Nzokugīra inama ijisho ryanje riri kuri wewe+.

  • Zaburi 71:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,

      Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+.

  • Zaburi 119:102
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 102 Sinakebeje ngo mve ku ngingo zawe z’ubutungane+,

      Kuko ari wewe wanyigishije+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika