Hoseya 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’ “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.”
8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’ “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.”