Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+. Hoseya 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ewe Isirayeli, garuka kuri Yehova Imana yawe+, kuko watsitaye mw’ikosa ryawe+. Yoweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+. Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+.
19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova