Yesaya 35:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa. Ivyahishuwe 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze anyereka uruzi rw’amazi y’ubuzima+, rurongorotse nk’ibuye ryitwa kirisitalo, rutemba ruva ku ntebe y’ubwami y’Imana no ku ya wa Mwagazi w’intama+
6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa.
22 Maze anyereka uruzi rw’amazi y’ubuzima+, rurongorotse nk’ibuye ryitwa kirisitalo, rutemba ruva ku ntebe y’ubwami y’Imana no ku ya wa Mwagazi w’intama+