ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Impumyi zirongera kubona+, abacumbagira+ baragenda, abanyamibembe+ barahumanurwa, ibipfamatwi+ birumva, abapfuye+ barazurwa, n’aboro baramenyeshwa inkuru nziza+;

  • Matayo 21:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Vyongeye, impumyi n’abacumbagira baza kuri we mu rusengero, na we arabakiza.

  • Ivyakozwe 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko benshi barimwo impwemu zihumanye+, zino zigasemerera n’ijwi rirenga maze zigasohoka. Vyongeye, abantu benshi bamugaye+ n’abacumbagira barakizwa.

  • Ivyakozwe 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 avuga n’ijwi rirenga ati: “Hagarara ugororotse ku birenge vyawe.” Maze arasimba, atangura gutambuka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika