Yesaya 35:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa. Ivyakozwe 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 aca arasimba+, arahaguruka atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero+, agendagenda yongera asimbagurika, ashemeza Imana.
6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa.
8 aca arasimba+, arahaguruka atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero+, agendagenda yongera asimbagurika, ashemeza Imana.