Yesaya 35:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa. Luka 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko nzobaha akanwa n’ubukerebutsi ababarwanya bose hamwe batazoshobora kurwanya canke guhaririza+. Ivyakozwe 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aho baboneye ukutarya umunwa kwa Petero na Yohani, bagatahura yuko ari abantu batize kandi basanzwe+, baratangara. Baca bamenya yuko bahoranye na Yezu+.
6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa.
15 kuko nzobaha akanwa n’ubukerebutsi ababarwanya bose hamwe batazoshobora kurwanya canke guhaririza+.
13 Aho baboneye ukutarya umunwa kwa Petero na Yohani, bagatahura yuko ari abantu batize kandi basanzwe+, baratangara. Baca bamenya yuko bahoranye na Yezu+.