Gusubira mu vyagezwe 28:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Nayo umugore wo muri wewe yorohewe kandi yadibamye, atigeze ahirahira ngo akoze hasi ubworo bw’ikirenge ciwe kubera yamenyereye kudibama no kubera ukworoherwa+, azoraba ribi umugabo wiwe yakunda cane n’umuhungu wiwe n’umukobwa wiwe, Yesaya 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi Yehova avuga ati: “Kubera ko abakobwa ba Siyoni bacitse abibona, bakagenda amazosi bararitse, bongera baberengura amaso, bagenda bikumagura, ibirenge vyabo bijegera+,
56 Nayo umugore wo muri wewe yorohewe kandi yadibamye, atigeze ahirahira ngo akoze hasi ubworo bw’ikirenge ciwe kubera yamenyereye kudibama no kubera ukworoherwa+, azoraba ribi umugabo wiwe yakunda cane n’umuhungu wiwe n’umukobwa wiwe,
16 Kandi Yehova avuga ati: “Kubera ko abakobwa ba Siyoni bacitse abibona, bakagenda amazosi bararitse, bongera baberengura amaso, bagenda bikumagura, ibirenge vyabo bijegera+,