-
Yesaya 3:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: mu kibanza c’amavuta y’umusomozo*+ hazoba gusa umunuko w’ikintu kigashe; mu kibanza c’umukaba na ho, umugozi; mu kibanza c’umushatsi utunganijwe ku buhinga na ho, ubuhanza+; mu kibanza c’impuzu izimvye na ho, ugukenyera igunira*+; iharama ry’umwotso+ mu kibanza c’ubwiza.
-