Ezekiyeli 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Bwira abaruhomesha ishwagara yuko ruzogwa. Ntihazobura kugwa imvura y’isegenya isegenyuka; namwe mwa minana y’urubura, muzogwa, kandi uguhuhuta kw’ibirura vy’umuyaga kuzotuma haba ugusaduka+.
11 “Bwira abaruhomesha ishwagara yuko ruzogwa. Ntihazobura kugwa imvura y’isegenya isegenyuka; namwe mwa minana y’urubura, muzogwa, kandi uguhuhuta kw’ibirura vy’umuyaga kuzotuma haba ugusaduka+.