Umusiguzi 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Terera umukate+ wawe ku buringanire bw’amazi+, kuko inyuma y’imisi myinshi uzokwongera kuwuronka+. Yesaya 30:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ntazobura gutanga imvura ku bw’imbuto yawe ubiba mu butaka+, kandi bwa mwimbu w’ubutaka atange umukate, uwuzobwirizwa kuba unuze kandi utonyanga ivuta+. Kuri uwo musi, ibitungwa vyawe bizorisha mw’iragiriro ryagutse+.
11 Terera umukate+ wawe ku buringanire bw’amazi+, kuko inyuma y’imisi myinshi uzokwongera kuwuronka+.
23 Ntazobura gutanga imvura ku bw’imbuto yawe ubiba mu butaka+, kandi bwa mwimbu w’ubutaka atange umukate, uwuzobwirizwa kuba unuze kandi utonyanga ivuta+. Kuri uwo musi, ibitungwa vyawe bizorisha mw’iragiriro ryagutse+.