ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko igihugu mugira mujabukiremwo ngo mucigarurire ni igihugu c’imisozi n’ibiyaya vy’imibande+. Amazi y’imvura yo mu majuru ni yo cinywera,

  • Zaburi 65:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;

      Urayitungisha cane.

      Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.

      Utegura intete zabo+,

      Kuko ukwo ari ko utegura isi+.

  • Zaburi 104:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Anywesha imisozi ari mu vyumba vyiwe vyo hejuru+.

      Isi ihazwa n’ivyamwa vy’ibikorwa vyawe+.

  • Zakariya 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Nimusabe Yehova imvura+ mu gihe c’imvura y’impeshi+, egome, muyisabe Yehova we ashiraho ibicu vy’imvura y’igihuhusi+, akaba ari na we abaha imvura y’isegenya+, umwe wese akamuha ibimera mu murima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika