Yeremiya 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+. Yakobo 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi yarongeye gusenga, maze ijuru ritanga imvura, igihugu na co gitanga ivyamwa vyaco+.
22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.