1 Abami 18:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko Ahabu aduga kurya no kunywa. Nayo Eliya, aduga kw’isonga rya Karumeli, maze abunda hasi+, mu maso hiwe ahashira hagati y’amavi yiwe+. 1 Abami 18:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nuko muri ico gihe amajuru yirabuzwa n’ibicu n’umuyaga+, hanyuma imvura y’isegenya ikomeye itangura kugwa+. Maze Ahabu abandanya kugendera ku mukogote wiwe, aja i Yezireyeli+.
42 Nuko Ahabu aduga kurya no kunywa. Nayo Eliya, aduga kw’isonga rya Karumeli, maze abunda hasi+, mu maso hiwe ahashira hagati y’amavi yiwe+.
45 Nuko muri ico gihe amajuru yirabuzwa n’ibicu n’umuyaga+, hanyuma imvura y’isegenya ikomeye itangura kugwa+. Maze Ahabu abandanya kugendera ku mukogote wiwe, aja i Yezireyeli+.