Zaburi 89:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+. Abaheburayo 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo, ko tubwirizwa kuronka ubwami budashobora kunyiganyizwa+, tubandanye kugira ubuntu ata wari abukwiriye, ubudushoboza gukorera Imana igikorwa ceranda mu buryo bwemerwa, dufise ugutinya Imana n’akoba+. Yakobo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Eliya yari umuntu yiyumva nk’uko twiyumva+, yamara mw’isengesho yarasavye Imana ngo imvura ntigwe+; kandi ntiyaguye kuri ico gihugu mu myaka itatu n’amezi atandatu.
7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+.
28 Ku bw’ivyo, ko tubwirizwa kuronka ubwami budashobora kunyiganyizwa+, tubandanye kugira ubuntu ata wari abukwiriye, ubudushoboza gukorera Imana igikorwa ceranda mu buryo bwemerwa, dufise ugutinya Imana n’akoba+.
17 Eliya yari umuntu yiyumva nk’uko twiyumva+, yamara mw’isengesho yarasavye Imana ngo imvura ntigwe+; kandi ntiyaguye kuri ico gihugu mu myaka itatu n’amezi atandatu.