Zaburi 107:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ingene avuga ijambo agatuma umuyaga w’igihuhusi uhaguruka+,Ku buryo uvyura imipfunda yaco+. Zaburi 147:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Arungika ijambo ryiwe+ akabishongesha.Atuma umuyaga wiwe uhuhuta+;Amazi aratemba. Yakobo 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi yarongeye gusenga, maze ijuru ritanga imvura, igihugu na co gitanga ivyamwa vyaco+.