2 Samweli 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igihe umuntu abikorakoAkwiye kuba afise ibirwanisho bikwiye vy’icuma be n’uruti rw’icumu,Kandi bizoturizwa umuriro bitokombere+.” Yesaya 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ububisha busigaye bururumba nk’umuriro+; buzorigata ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi+. Buzokwaka umuriro mu bisaka vy’inzitane vy’ikibira+, kandi bizoduzwa nk’agashururu k’umwotsi+.
7 Igihe umuntu abikorakoAkwiye kuba afise ibirwanisho bikwiye vy’icuma be n’uruti rw’icumu,Kandi bizoturizwa umuriro bitokombere+.”
18 Kuko ububisha busigaye bururumba nk’umuriro+; buzorigata ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi+. Buzokwaka umuriro mu bisaka vy’inzitane vy’ikibira+, kandi bizoduzwa nk’agashururu k’umwotsi+.