Yesaya 35:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.” 2 Abatesalonika 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko ari ibigororotse ku Mana kwishura amakuba abayabateza+,
4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.”