Zakariya 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi abo muri Efurayimu bazoba nk’umugabo w’umunyenkomezi+, umutima wabo unezerwe koko nk’uwunezerejwe n’umuvinyu+. Abana babo bazobibona banezerwe koko+; umutima wabo uzonezererwa Yehova+.
7 Kandi abo muri Efurayimu bazoba nk’umugabo w’umunyenkomezi+, umutima wabo unezerwe koko nk’uwunezerejwe n’umuvinyu+. Abana babo bazobibona banezerwe koko+; umutima wabo uzonezererwa Yehova+.