ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bazoza barira+, kandi nzobazana binginga basaba kugirirwa ubutoni. Nzotuma bagenda baja ku myonga y’amazi+, ndabacishije mu nzira nziza batazotsitaramwo. Kuko Isirayeli namubereye Se+; Efurayimu na we ni imfura yanje+.”

  • Ezekiyeli 37:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ntoye agakoni ka Yozefu kari mu kuboko kwa Efurayimu, be n’imiryango ya Isirayeli, bagenziwe, ndayishire kuri ko, ni ukuvuga ku gakoni ka Yuda, kandi nzotugira vy’ukuri agakoni kamwe+, na two tuzocika agakoni kamwe mu kuboko kwanje.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika