Yeremiya 50:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Muri iyo misi no muri ico gihe+,” ni ko Yehova avuze, “bene Isirayeli bazoza bari kumwe na bene Yuda+. Bazogenda bararira ingenda+, kandi bazorondera Yehova Imana yabo+. Zakariya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.
4 “Muri iyo misi no muri ico gihe+,” ni ko Yehova avuze, “bene Isirayeli bazoza bari kumwe na bene Yuda+. Bazogenda bararira ingenda+, kandi bazorondera Yehova Imana yabo+.
6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.