Yesaya 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yehova abwira Yesaya ati: “Sohoka, ndakwinginze, uhure na Ahazi, wewe na Sheyari-yashubu+ umuhungu wawe, amaja ku mpera y’umugende w’ikidengeri+ co haruguru iruhande y’inzira y’ikirari y’itongo ry’umumesuzi+.
3 Maze Yehova abwira Yesaya ati: “Sohoka, ndakwinginze, uhure na Ahazi, wewe na Sheyari-yashubu+ umuhungu wawe, amaja ku mpera y’umugende w’ikidengeri+ co haruguru iruhande y’inzira y’ikirari y’itongo ry’umumesuzi+.