2 Abami 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi Yehova yari kumwe na we+. Aho yaja hose, yakorana ukwigengesera+; nuko agarariza umwami wa Ashuri, ntiyamukorera+.
7 Kandi Yehova yari kumwe na we+. Aho yaja hose, yakorana ukwigengesera+; nuko agarariza umwami wa Ashuri, ntiyamukorera+.