ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Abami b’isi barahagaze+

      Kandi abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe nk’umuntu umwe+

      Ngo barwanye Yehova+ n’uwo yarobanuje amavuta*+,

  • Zaburi 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kubera iki umubisha yagaye Imana+?

      Yavuze mu mutima wiwe ngo: “Ntuzogira ico ubaza+.”

  • Zaburi 46:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Amahanga yarasebagiritse+, ubwami buranyiganyiga;

      Imana yarasamiranye n’ijwi ryayo, isi itangura gushonga+.

  • Yesaya 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mbega ishoka yokwiduza ku wuyisatuza, canke umusumeno ukishimagiza ku wuwukoresha awujana imbere n’inyuma, nk’aho ikibando coba kijana imbere n’inyuma abakiduza hejuru, nk’aho inkoni yoba iduza hejuru uwutari igiti+?

  • Yesaya 37:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?

      Ni nde wadugirije ijwi+

      Ukararamurira amaso hejuru+?

      Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika