2 Abami 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Abazorokoka mu nzu ya Yuda, abazosigara+, ata gukeka bazoshora imizi munsi maze bame ivyamwa hejuru+.
30 Abazorokoka mu nzu ya Yuda, abazosigara+, ata gukeka bazoshora imizi munsi maze bame ivyamwa hejuru+.