ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko Yesaya mwene Amozi atuma kuri Hezekiya ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze+: ‘Isengesho+ wantuye ku vyerekeye Senakeribu umwami wa Ashuri naryumvise+.

  • Imigani 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Yehova ari kure y’ababisha+, mugabo yumva isengesho ry’abagororotsi+.

  • 1 Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika