Zaburi 79:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntiwibuke amakosa ya ba sogokuruza bacu ngo uyaduhore+.Nyaruka! Imbabazi zawe nizidusanganire+,Kuko dusigaye twifumbereje bimwe bibi+. Zaburi 103:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nk’uko se w’abana agirira imbabazi abana biwe+,Ni ko Yehova yagiriye imbabazi abamutinya+.
8 Ntiwibuke amakosa ya ba sogokuruza bacu ngo uyaduhore+.Nyaruka! Imbabazi zawe nizidusanganire+,Kuko dusigaye twifumbereje bimwe bibi+.