Yobu 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Asokoroka nk’ishurwe agacibwa+,Agahunga nk’igitutu+ ntabandanye kubaho. Zaburi 90:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu gitondo birashurika, bigategerezwa guhinduka+;Ku mugoroba birakabirana, bikuma ata gisivya+.