Itanguriro 30:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aribungenga hanyuma avyara umuhungu. Maze avuga ati: “Imana yakuyeho iceyi canje+!” Yesaya 54:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntutinye+, kuko utazomaramazwa+; kandi ntuteterwe, kuko utazotaha zirayoye+. Kuko uzokwibagira mbere ibimaramare vy’igihe cawe c’ubuto+, kandi iceyi c’ubupfakazi bwawe bubandanya ntuzokwongera kucibuka.” Luka 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Uku ni ko Yehova yangiriye muri iyi misi, aho yanyibutse kugira ankureko iceyi cari kindiko mu bantu+.”
4 Ntutinye+, kuko utazomaramazwa+; kandi ntuteterwe, kuko utazotaha zirayoye+. Kuko uzokwibagira mbere ibimaramare vy’igihe cawe c’ubuto+, kandi iceyi c’ubupfakazi bwawe bubandanya ntuzokwongera kucibuka.”
25 “Uku ni ko Yehova yangiriye muri iyi misi, aho yanyibutse kugira ankureko iceyi cari kindiko mu bantu+.”